Imigani 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntukangire umushinyaguzi, kugira ngo ntakwanke+. Kangira umuntu w’inkerebutsi, na we azogukunda+. Abagalatiya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko igihe Kefa+ yaza muri Antiyokiya+, naramurwanije amaso mu yandi, kubera ko yari n’ikimutsinda+.
11 Ariko igihe Kefa+ yaza muri Antiyokiya+, naramurwanije amaso mu yandi, kubera ko yari n’ikimutsinda+.