Yobu 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mbega ugutwi ntigucaca amajambo+Nk’uko amagage+ ahonja ibifungurwa? Ivyakozwe 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko bano bari n’agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma+ Ivyanditswe+ ku musi ku musi bavyitondeye ngo barabe ko ivyo ari ko biri+. Ivyahishuwe 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uwuri n’ugutwi niyumve ico impwemu+ ibwira amashengero: Uwutsinda+ nzomuha kurya ku giti c’ubuzima+ kiri mw’iparadizo y’Imana.’
11 Ariko bano bari n’agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma+ Ivyanditswe+ ku musi ku musi bavyitondeye ngo barabe ko ivyo ari ko biri+.
7 Uwuri n’ugutwi niyumve ico impwemu+ ibwira amashengero: Uwutsinda+ nzomuha kurya ku giti c’ubuzima+ kiri mw’iparadizo y’Imana.’