Kuvayo 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma muri iyo misi myinshi, umwami wa Misiri arateba arapfa+, mugabo bene Isirayeli babandanya kuniha kubera ubushumba no kurira bidoga+, kandi ugutabaza kwabo kwaguma kuduga ku Mana y’ukuri kubera nya bushumba+. Yobu 34:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ngo batume amaborogo y’umuntu mutoyi amushikira,Gutyo akumva amaborogo y’abarushwa+. Imigani 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iyo abagororotsi babaye benshi, abantu baranezerwa+; mugabo iyo umubisha aganje, abantu baraniha+.
23 Hanyuma muri iyo misi myinshi, umwami wa Misiri arateba arapfa+, mugabo bene Isirayeli babandanya kuniha kubera ubushumba no kurira bidoga+, kandi ugutabaza kwabo kwaguma kuduga ku Mana y’ukuri kubera nya bushumba+.