Zaburi 28:1 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ewe Yehova, ni wewe nguma mpamagara+.Ewe Gitandara canje, ntumbere igipfamatwi+,Kugira ngo ntugume winumiye ku binyerekeye+,Nanje simbwirizwe kumera nk’abamanuka mu cobo+. Zaburi 50:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ivyo bintu warabikoze, nanje nguma nicerereje+.Wiyumviriye yuko ntobuze kumera nkawe+.Ngira ndagukangire+, kandi nzoshira ibintu mu buryo mu maso yawe+. Zaburi 83:1 Bibiliya y’isi nshasha 83 Ewe Mana, ntucereze+;Ntugume winumiye, ntugume utekereje, ewe Nyenubumana+!
28 Ewe Yehova, ni wewe nguma mpamagara+.Ewe Gitandara canje, ntumbere igipfamatwi+,Kugira ngo ntugume winumiye ku binyerekeye+,Nanje simbwirizwe kumera nk’abamanuka mu cobo+.
21 Ivyo bintu warabikoze, nanje nguma nicerereje+.Wiyumviriye yuko ntobuze kumera nkawe+.Ngira ndagukangire+, kandi nzoshira ibintu mu buryo mu maso yawe+.