Yobu 33:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Yarancunguye ngo sinje mu cobo+,Kandi ubuzima bwanje buzobona umuco.’ Zaburi 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mbega ni inyungu nki iba mu maraso yanje manutse mu cobo+?Mbega umukungugu uzoguhaya+? Mbega umukungugu uzoyaga ukuri kwawe+? Zaburi 69:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ese umugezi utemba w’amazi utonkukumura+,Canke ngo ibwina hamire,Canke ngo iriba rindumanirizeko akanwa karyo+. Yesaya 38:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko ukuzimu atari kwo gushobora kuguhaya+; urupfu ntirushobora kugushemeza+.Abamanuka mu cobo ntibashobora kurabana icizigiro ukuri kwawe+.
9 Mbega ni inyungu nki iba mu maraso yanje manutse mu cobo+?Mbega umukungugu uzoguhaya+? Mbega umukungugu uzoyaga ukuri kwawe+?
15 Ese umugezi utemba w’amazi utonkukumura+,Canke ngo ibwina hamire,Canke ngo iriba rindumanirizeko akanwa karyo+.
18 Kuko ukuzimu atari kwo gushobora kuguhaya+; urupfu ntirushobora kugushemeza+.Abamanuka mu cobo ntibashobora kurabana icizigiro ukuri kwawe+.