Zaburi 27:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Niwizigire Yehova+; gira umutima rugabo kandi umutima wawe ukomere+.Egome, niwizigire Yehova+. Imigani 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Sena inzira y’ikirenge cawe+, kandi inzira zawe zose zibe izishimangiwe+. Imigani 20:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntuvuge ngo: “Nzokwishura umuntu ikibi+!” Niwizigire Yehova+, na we azogukiza+.