ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo.

  • 1 Samweli 25:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ariko ndahiye ukubaho kwa Yehova Imana ya Isirayeli, we yambujije kukugirira nabi+, iyo utihutira kuza kunsanganira+, emwe, bwari guca kuri Nabali hadasigaye umuntu n’umwe w’igitsina-gabo+.”

  • Zaburi 26:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Ntunjaniranye n’abacumuzi+,

      Canke ubuzima bwanje ngo ubujaniranye n’abagirwa n’amaraso+,

  • Ezekiyeli 33:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ninabwira umubisha nti: ‘Ewe wa mubisha, ntuzobura gupfa+!’, mugabo wewe ntuvuge vy’ukuri kugira uburire nya mubisha ngo ave mu nzira yiwe+, uwo mubisha azopfira mw’ikosa ryiwe+, mugabo amaraso yiwe nzoyishuza mu kuboko kwawe.

  • Ivyakozwe 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugabo kubera yuko baguma babirwanya kandi bagatukana+, akunkumura impuzu ziwe+, ababwira ati: “Amaraso yanyu+ abe ku mitwe yanyu. Jewe ndacuna+. Kuva ubu ngiye ku banyamahanga+.”

  • Ivyakozwe 20:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ku bw’ivyo ndabatanzeko icabona uno musi nyene yuko ncuna ku maraso+ y’abantu bose,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika