ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 45:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Abakozi badahembwa ba Misiri+ be n’abadandaza ba Etiyopiya be n’Abasabeya+, abagabo barebare+, ubwabo bazoza bagushikire, bacike abawe+. Bazogendera inyuma yawe; bazoza mu mapingu+, bakwunamire+. Bazogusenga bati: ‘Koko, Imana iri mu bumwe nawe+, kandi nta yindi n’imwe iriho; nta yindi Mana iriho+.’”

  • Yeremiya 12:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi wewe, ewe Yehova, uranzi neza+; urambona, kandi warasuzumye umutima wanje ngo umenye yuko uri kumwe nawe+. Bashire ku ruhande nk’intama zo gukererwa+, ubashire ukwabo ku bw’umusi wo kwicwa.

  • Yohani 10:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Mugabo nimba ndiko ndabikora, naho mutanyemera, nimwemere ivyo bikorwa+, kugira ngo mumenye kandi mugume muzi yuko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe na we+.”

  • Yohani 17:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 kugira ngo bose babe umwe+, nk’uko wewe, Data, wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, ngo na bo nyene bunge ubumwe natwe+, kugira ngo isi yemere yuko wantumye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika