2 Samweli 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Imana ya Isirayeli yaravuze,Igitandara ca Isirayeli carambwiye+ giti:‘Igihe uwuganza abantu agororotse+,Akaganza mu gutinya Imana+, 2 Ngoma 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze abwira abo bacamanza ati: “Murabe ivyo mukora+, kuko mudaca imanza z’umuntu mugabo muca imanza za Yehova+; kandi ari kumwe namwe mu vy’uguca imanza+.
3 Imana ya Isirayeli yaravuze,Igitandara ca Isirayeli carambwiye+ giti:‘Igihe uwuganza abantu agororotse+,Akaganza mu gutinya Imana+,
6 Maze abwira abo bacamanza ati: “Murabe ivyo mukora+, kuko mudaca imanza z’umuntu mugabo muca imanza za Yehova+; kandi ari kumwe namwe mu vy’uguca imanza+.