ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 26:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Dawidi abandanya kuvuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, Yehova azomwikubitira+; canke umusi uri izina+ azopfa nk’abandi bose, canke azomanuka mu rugamba+ maze azimanganywe ata kabuza+.

  • Yeremiya 18:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ku bw’ivyo, abana babo nubatange ku kigoyi+, nubatange ku bubasha bw’inkota+; abagore babo nibabe abagore bahekuwe, be n’abapfakazi+. Kandi abagabo babo nibabe abishwe n’ikiza cica, imisore yabo na yo ibe iyasasitswe n’inkota mu rugamba+.

  • Yeremiya 25:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 “‘Urwamo ruzoshika koko mu gice c’isi ca kure kurusha ibindi vyose, kuko Yehova afitaniye amatati n’amahanga+. Ubwiwe azoburana n’igifise umubiri cose+. Nayo ababisha, azobatanga ku nkota ata kabuza+,’ ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika