ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 28:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi ng’aho hari umuhanuzi wa Yehova yitwa Odedi. Arasohoka rero aja imbere y’ingabo zari zije i Samariya, azibwira ati: “Ehe, ubushangashirwe+ Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu yagiriye Yuda ni bwo bwatumye ibatanga mu kuboko kwanyu, mwica abantu muri bo mubigiranye ubushangashirwe+ bwaduze gushika mu majuru+.

  • Zaburi 109:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kubera ko atibutse kugira ubuntu bwuzuye urukundo+,

      Ahubwo akaguma akurikirana umuntu w’umurushwa kandi w’umworo+

      Be n’uwajonjogoye mu mutima, ngo amwice+.

  • Yesaya 53:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Vy’ukuri, indwara zacu ubwiwe yaraziremetse+; nayo imibabaro yacu, yarayikoreye+. Mugabo twebwe twamubona nk’uwatejwe ivyago+, uwakubiswe n’Imana+ kandi yatejwe amarushwa+.

  • Zakariya 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mfitiye uburakari bwinshi amahanga yitekaniye+; kuko jewe narakaye buhoro+, yamara bo bagatuma ivyago vyunyuka+.”’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika