Kuvayo 32:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ariko Yehova abwira Musa ati: “Uwancumuyeko wese, ni we nzohanagura mu gitabu canje+. Ivyahishuwe 22:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 kandi nihagira uwugira ico akuyeko ku majambo y’umuzingo w’ubu buhanuzi, Imana izokuraho umugabane wiwe muri vya biti vy’ubuzima+ iwukure no muri ca gisagara ceranda+, bikaba ari ibintu vyanditswe muri uyu muzingo.
19 kandi nihagira uwugira ico akuyeko ku majambo y’umuzingo w’ubu buhanuzi, Imana izokuraho umugabane wiwe muri vya biti vy’ubuzima+ iwukure no muri ca gisagara ceranda+, bikaba ari ibintu vyanditswe muri uyu muzingo.