2 Samweli 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ndaheza nshike kuri we mu gihe azoba arambiwe kandi aregeye amaboko yompi+, maze ntume koko ajugumira; abantu bose bari kumwe na we baraheza bahunge ata kabuza, nanje ata gukeka nice umwami wenyene+. Zaburi 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Abansi banje bose bazomaramara+ kandi badurumbane cane rwose;Bazosubira inyuma; bazomaramara nk’aka kanya+. Zaburi 35:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nibamaramare barye ivyatsi bose hamwe+,Abo banezererwa ivyago vyanje+.Nibambikwe ibimaramare+ n’agateterwe, abo banyiryako+. Zaburi 71:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nibamaramare, bahone, abo barwanya ubuzima bwanje+.Nibipfuke iceyi n’agateterwe, abo bandonderera ivyago+.
2 Ndaheza nshike kuri we mu gihe azoba arambiwe kandi aregeye amaboko yompi+, maze ntume koko ajugumira; abantu bose bari kumwe na we baraheza bahunge ata kabuza, nanje ata gukeka nice umwami wenyene+.
10 Abansi banje bose bazomaramara+ kandi badurumbane cane rwose;Bazosubira inyuma; bazomaramara nk’aka kanya+.
26 Nibamaramare barye ivyatsi bose hamwe+,Abo banezererwa ivyago vyanje+.Nibambikwe ibimaramare+ n’agateterwe, abo banyiryako+.
13 Nibamaramare, bahone, abo barwanya ubuzima bwanje+.Nibipfuke iceyi n’agateterwe, abo bandonderera ivyago+.