Yesaya 37:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kuko ukunshavurira kwawe+ n’ukuroha kwawe vyaduze bigashika mu matwi yanje+.Ata gukeka nzoshira ingobe yanje mu zuru ryawe n’imijiginya hagati y’iminwa yawe+,Nzogusubiza inyuma koko ngucishije mu nzira wazananye+.”
29 Kuko ukunshavurira kwawe+ n’ukuroha kwawe vyaduze bigashika mu matwi yanje+.Ata gukeka nzoshira ingobe yanje mu zuru ryawe n’imijiginya hagati y’iminwa yawe+,Nzogusubiza inyuma koko ngucishije mu nzira wazananye+.”