ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 32:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Ntimwigire nk’ifarasi canke inyumpu bitagira ubwenge+,

      Bimwe amanyama yavyo abwirizwa kugundishwa imijiginya canke ibiziriko+

      Muko biheza bikakwegera+.”

  • Yesaya 30:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Impwemu yiwe ni nk’uruzi rw’isumo rusegenyuka rukadengera gushika no kw’izosi+, kugira ngo izungagize irya n’ino amahanga ikoresheje ikiyunguruzo+ c’ibitagira mvura; kandi umujiginya+ utera kuyerera uzoba mu mibangabanga y’ibisata vy’abantu+.

  • Ezekiyeli 38:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Emwe, nzoguhindukiza, nshire ingobe mu mibangabanga yawe+, ndagusohorane n’inteko zawe zose za gisirikare+, amafarasi n’abayagenderako, bose bambaye bashajije bimwe vy’agahore+, ishengero ryinshi, bari n’inkinzo zagutse be n’udukinzo dutoyi, bose bakaba bakoresha inkota+;

  • Amosi 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Umukama Segaba Yehova yarahiye ubweranda bwiwe+ ati: ‘“Ehe imisi irabajeko, kandi azobateruza ivyuma vy’ingobe vy’umuyangayanga, amasigarira yanyu na yo ayateruze amagera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika