Zaburi 106:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Bakengera ca gihugu gihimbaye+;Ntibizeye ijambo ryayo+. Abaheburayo 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni co catumye nsesemwa n’iri yaruka, nkavuga nti: ‘Bama bazimira mu mitima yabo+, kandi ntibamenye inzira zanje+.’ Yuda 5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nshaka kubibutsa, naho vyose+ mubizi rimwe rizima, yuko Yehova, naho yakijije igisata c’abantu agikuye mu gihugu ca Misiri+, mu nyuma yatikije abaterekana ukwizera+.
10 Ni co catumye nsesemwa n’iri yaruka, nkavuga nti: ‘Bama bazimira mu mitima yabo+, kandi ntibamenye inzira zanje+.’
5 Nshaka kubibutsa, naho vyose+ mubizi rimwe rizima, yuko Yehova, naho yakijije igisata c’abantu agikuye mu gihugu ca Misiri+, mu nyuma yatikije abaterekana ukwizera+.