Guharura 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Babwirana mbere bati: “Twigenere umukuru maze twisubirire mu Misiri+!” Guharura 25:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Gutyo Isirayeli yifatanya na Bayali y’i Peyori+; maze ishavu rya Yehova ritangura kururumbira Isirayeli+. 1 Abakorinto 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Eka kandi ntituze turakora ubusambanyi, nk’uko bamwe muri bo bakoze ubusambanyi+, hakagwa ibihumbi mirongo ibiri na bitatu muri bo ku musi umwe+. 1 Abakorinto 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Eka kandi ntitukageze Yehova+, nk’uko bamwe muri bo bamugejeje+, bakamarwa n’inzoka+. 1 Abakorinto 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Eka kandi ntimukabe abidodomvyi, nk’uko bamwe muri bo bidodomvye+, bakamarwa n’umuranduzi+.
3 Gutyo Isirayeli yifatanya na Bayali y’i Peyori+; maze ishavu rya Yehova ritangura kururumbira Isirayeli+.
8 Eka kandi ntituze turakora ubusambanyi, nk’uko bamwe muri bo bakoze ubusambanyi+, hakagwa ibihumbi mirongo ibiri na bitatu muri bo ku musi umwe+.