ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 90:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Imbere y’uko imisozi ivuka+,

      Imbere y’uko utangura kuvyara isi+ be n’ubutaka bwimbuka+, nko mu bubabare bw’ibise,

      Mbere kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero, uri Imana+.

  • Zaburi 102:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nayo wewe, ewe Yehova, uzobaho gushika igihe kitagira urugero+,

      Kandi icibutso cawe kizokwamaho uko iyaruka rikurikira irindi+.

  • Habakuki 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ewe Yehova, mbega ntiwamyeho kuva kera+? Ewe Mana yanje, Mweranda wanje, wewe ntupfa+. Ewe Yehova, warishizeho ku bwo gushitsa urubanza; ewe Gitandara+, warishizeho ku bwo gukangira+.

  • Ivyahishuwe 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Ndi Alufa na Omega*+,” ni ko Yehova Imana avuga, “Umwe ariho kandi yariho kandi ariko araza+, Mushoboravyose+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika