Yesaya 26:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Narakwipfuje n’umutima wanje mw’ijoro+; egome, nguma nkurondera n’umushaha wanje muri jewe+; kuko, nihaba imanza zivuye iwawe ku bw’isi+, ubugororotsi+ ni bwo ababa ku butaka bwimbuka bazokwiga+. Ivyahishuwe 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.”
9 Narakwipfuje n’umutima wanje mw’ijoro+; egome, nguma nkurondera n’umushaha wanje muri jewe+; kuko, nihaba imanza zivuye iwawe ku bw’isi+, ubugororotsi+ ni bwo ababa ku butaka bwimbuka bazokwiga+.
4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.”