ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 41:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 “Ubu rero Farawo narondere umugabo w’ubwenge kandi w’inkerebutsi, amushire ku gihugu ca Misiri+.

  • Itanguriro 41:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Farawo abwira rero abasuku biwe ati: “Hari uwundi muntu yoboneka ameze nk’uyu arimwo impwemu y’Imana+?”

  • Yesaya 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Abaganwa ba Zowani+ ni ibipfu koko. Nayo inkerebutsi zo mu bajanama ba Farawo, impanuro yabo ni ikintu kitagiramwo ubwenge+. Mbega muzobwira gute Farawo ngo: “Ndi umwana w’abantu b’inkerebutsi, umwana w’abami bo mu gihe ca kera”?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika