21 Kandi Yehova yagendera imbere yabo ku murango mu nkingi y’igicu kugira abayobore mu nzira+, mw’ijoro na ho mu nkingi y’umuriro kugira abahe umuco, bigatuma bagenda ku murango no mw’ijoro+.
15 Nuko ku musi wo gushinga itaberenakulo+, igicu gipfuka itaberenakulo y’ihema ry’Igishingantahe+, mugabo ku mugoroba icasa n’umuriro+ kiguma hejuru y’itaberenakulo gushika mu gitondo.