ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 43:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nzobwira uburaruko nti+: ‘Rekura!’, ubumanuko na bwo nti: ‘Ntugumye. Nzanira abana banje ubakuye kure, n’abakobwa banje ubakuye ku mpera y’isi+,

  • Yeremiya 31:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ehe ngira ndabazane ndabakuye mu gihugu co mu buraruko+; nzobakoraniriza hamwe ndabakuye mu mihingo y’isi ya kure kuruta iyindi+. Muri bo hazoba harimwo impumyi n’uwucumbagira, umugore yibungenze n’uwugira yibaruke, bose hamwe+. Bazogaruka ng’aha ari ishengero rinini+.

  • Ezekiyeli 39:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ninabagarukana ndabakuye mu bisata vy’abantu, nkabakoraniriza hamwe vy’ukuri ndabakuye mu bihugu vy’abansi babo+, ni ho nzokwiyeza muri bo mu maso y’amahanga menshi+.’

  • Luka 13:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ikigeretseko, abantu bazoza bavuye mu buseruko no mu burengero, mu buraruko no mu bumanuko+, bicare ku meza mu bwami bw’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika