Zaburi 36:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ese ukuntu ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari ubw’agaciro ntangere, ewe Mana+!Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho abana b’abantu bahungira+. Zaburi 69:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nunyishure, Yehova we, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari agahore+.Nk’uko imbabazi zawe ari indiri, nuhindukirire aho ndi+, Zaburi 86:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko wewe, ewe Yehova, uri mwiza+ kandi witeguriye kubabarira+!Kandi ubuntu bwuzuye urukundo ugirira abakwambaza bose ni ikirenga+.
7 Ese ukuntu ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari ubw’agaciro ntangere, ewe Mana+!Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho abana b’abantu bahungira+.
16 Nunyishure, Yehova we, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari agahore+.Nk’uko imbabazi zawe ari indiri, nuhindukirire aho ndi+,
5 Kuko wewe, ewe Yehova, uri mwiza+ kandi witeguriye kubabarira+!Kandi ubuntu bwuzuye urukundo ugirira abakwambaza bose ni ikirenga+.