Zaburi 36:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ese ukuntu ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari ubw’agaciro ntangere, ewe Mana+!Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho abana b’abantu bahungira+. Zaburi 63:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kubera ko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari bwiza kuruta ubuzima+,Iminwa yanje izogukeza+. Zaburi 109:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ariko wewe uri Yehova Umukama Segaba+.Ivyo ungirira ubigire ku bw’izina ryawe+.Kubera ko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari agahore, nundokore+.
7 Ese ukuntu ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari ubw’agaciro ntangere, ewe Mana+!Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho abana b’abantu bahungira+.
21 Ariko wewe uri Yehova Umukama Segaba+.Ivyo ungirira ubigire ku bw’izina ryawe+.Kubera ko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari agahore, nundokore+.