Itanguriro 47:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Yakobo abwira Farawo ati: “Imyaka maze ndi kavamahanga ni ijana na mirongo itatu+. Imyaka maze yabaye mike iba n’iyiteye umubabaro+, kandi ntiyashikiriye imyaka ya ba dawe, iyo bamaze ari ba kavamahanga+.” Abaheburayo 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abo bose bapfiriye mu kwizera+, naho bataronse iranguka rya nya mihango+, mugabo bayiboneye kure+ barayiha ikaze bongera baratura icese yuko bari ba kavantara n’ingenzi muri nya gihugu+.
9 Nuko Yakobo abwira Farawo ati: “Imyaka maze ndi kavamahanga ni ijana na mirongo itatu+. Imyaka maze yabaye mike iba n’iyiteye umubabaro+, kandi ntiyashikiriye imyaka ya ba dawe, iyo bamaze ari ba kavamahanga+.”
13 Abo bose bapfiriye mu kwizera+, naho bataronse iranguka rya nya mihango+, mugabo bayiboneye kure+ barayiha ikaze bongera baratura icese yuko bari ba kavantara n’ingenzi muri nya gihugu+.