1 Abami 8:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 kugira duhengekere umutima wacu+ kuri we ngo tugendere mu nzira ziwe zose+ kandi tugumye amabwirizwa yiwe+ n’ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo z’ubutungane ziwe+, ivyo yategetse ba sogokuruza bacu. Zaburi 119:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nunyigishe, ewe Yehova, inzira y’ingingo nyobozi zawe+,Kugira ndayubahirize gushika kw’iherezo+. Zaburi 119:124 Bibiliya y’isi nshasha 124 Nugirire umusavyi wawe ibihuye n’ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+,Kandi unyigishe ingingo nyobozi zawe+.
58 kugira duhengekere umutima wacu+ kuri we ngo tugendere mu nzira ziwe zose+ kandi tugumye amabwirizwa yiwe+ n’ingingo nyobozi ziwe+ n’ingingo z’ubutungane ziwe+, ivyo yategetse ba sogokuruza bacu.
124 Nugirire umusavyi wawe ibihuye n’ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+,Kandi unyigishe ingingo nyobozi zawe+.