Zaburi 69:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nunyishure, Yehova we, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari agahore+.Nk’uko imbabazi zawe ari indiri, nuhindukirire aho ndi+, Zaburi 103:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko, nk’uko amajuru ari hejuru cane y’isi+,Ni ko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari agahebuza ku bamutinya+. Luka 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo wa mutozakori, ahagaze nka hariya, ntiyagomba no kuraramura amaso yiwe ngo arabe mw’ijuru, mugabo aguma yikubita ku gikiriza+, avuga ati: ‘Ewe Mana, ngirira impuhwe jewe umucumuzi+.’
16 Nunyishure, Yehova we, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari agahore+.Nk’uko imbabazi zawe ari indiri, nuhindukirire aho ndi+,
11 Kuko, nk’uko amajuru ari hejuru cane y’isi+,Ni ko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari agahebuza ku bamutinya+.
13 Mugabo wa mutozakori, ahagaze nka hariya, ntiyagomba no kuraramura amaso yiwe ngo arabe mw’ijuru, mugabo aguma yikubita ku gikiriza+, avuga ati: ‘Ewe Mana, ngirira impuhwe jewe umucumuzi+.’