Gusubira mu vyagezwe 6:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ku bw’ivyo, Yehova yadutegetse gushitsa izi ngingo nyobozi zose+, gutinya Yehova Imana yacu ku neza yacu nantaryo+, kugira tugume turi bazima nk’uko biri uyu musi+. Yosuwa 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Iki gitabu c’itegeko ntikize kive mu kanwa kawe+; uze usome muri co n’ijwi ritoyi umurango n’ijoro, kugira ngo witwararike gukora wisunze ivyanditswe muri co vyose+; kuko ari ho uzotuma inzira yawe iroranirwa kandi ugakorana ubukerebutsi+. Zaburi 119:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nzoduza ibiganza vyanje ndavyerekeza ku mabwirizwa yawe nakunze+,Kandi nzokwitwararika ingingo nyobozi zawe+.
24 Ku bw’ivyo, Yehova yadutegetse gushitsa izi ngingo nyobozi zose+, gutinya Yehova Imana yacu ku neza yacu nantaryo+, kugira tugume turi bazima nk’uko biri uyu musi+.
8 Iki gitabu c’itegeko ntikize kive mu kanwa kawe+; uze usome muri co n’ijwi ritoyi umurango n’ijoro, kugira ngo witwararike gukora wisunze ivyanditswe muri co vyose+; kuko ari ho uzotuma inzira yawe iroranirwa kandi ugakorana ubukerebutsi+.
48 Nzoduza ibiganza vyanje ndavyerekeza ku mabwirizwa yawe nakunze+,Kandi nzokwitwararika ingingo nyobozi zawe+.