ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 15:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kuko ari ijambo rya Yehova yasuzuguye+ n’ibwirizwa ryiwe yarenze+, uwo muntu aze arandurwe ata kabuza+. Ikosa ryiwe riri kuri we+.’”

  • Yesaya 24:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kandi igihugu cahumanijwe munsi y’abakibamwo+, kuko barenze amategeko+, bahinduye ingingo nyobozi+, barenze kw’isezerano+ ryamaho igihe kitagira urugero.

  • Yesaya 33:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Inzira z’ibirari zagizwe umusaka+; nta wugihita aciye mu munyuro+. Yarenze kw’isezerano+; yakengereye ibisagara+; ntiyitayeho umuntu buntu+.

  • Matayo 24:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 kandi kubera ukwongerekana kw’ubugarariji+, urukundo rwa benshi ruzokanya+.

  • 1 Timoteyo 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 azi iki kintu: yuko itegeko ridashirirwaho umuntu w’umugororotsi, ahubwo ko rishirirwaho abantu b’abagarariji+ kandi b’ibigaba+, abatibanga Imana n’abacumuzi, badafise ubuntu bwuzuye urukundo+, batubaha ibintu vyeranda, abica ba se na ba nyina, n’abica abandi bantu,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika