ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 40:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Abo nibigine, banezerwe muri wewe+,

      Abo bose bakurondera+.

      Abo nibame bavuga bati: “Yehova nashimagizwe+,”

      Abo bakunda ubukiriro bwawe+.

  • Yesaya 61:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nzokwigina muri Yehova ata kabuza+. Umutima wanje uzonezerwa mu Mana yanje+. Kuko yanyambitse impuzu z’ubukiriro+; yantwikiriye umwitero utagira amaboko w’ubugororotsi+, nk’umukwe yambara icambarwa co mu mutwe+ kumwe kw’abaherezi, kandi nk’umugeni yishariza n’udusharizo twiwe+.

  • Yeremiya 15:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Amajambo yawe yarabonetse, ndayarya+; ijambo ryawe rimbereye umwigino+ n’umunezero w’umutima wanje+; kuko nitiriwe izina ryawe+, ewe Yehova Mana nyen’ingabo+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika