Itanguriro 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aka ni ko kahise ka Nowa. Nowa yari umuntu w’umugororotsi+. Yarerekana ko atagira amahinyu mu bo mu gihe ciwe. Nowa yagendana n’Imana y’ukuri+. Zaburi 81:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yoo! ese iyo abantu banje banyumviriza+!Yoo! ese iyo Isirayeli igendera mu nzira zanje+! Zaburi 119:1 Bibiliya y’isi nshasha 119 Hahiriwe abatagira amahinyu mu nzira yabo+,Abagendera mw’itegeko rya Yehova+. Mika 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yaraguhishuriye iciza ico ari co+, ewe muntu yakuwe mw’ivu! None hari ikindi Yehova agusaba atari ugukurikiza ubutungane+ no gukunda ubuntu+ no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+? Luka 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bompi bari abagororotsi+ imbere y’Imana, kubera ko bagenda batagirako umugayo+ bisunze amabwirizwa yose+ n’ibisabwa+ n’amategeko vya Yehova+. Ivyakozwe 9:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Maze koko ishengero+, i Yudaya n’i Galilaya n’i Samariya hose, rija mu kiringo c’amahoro, rirubakwa; kandi kubera ko ryagendera mu gutinya Yehova+ no mu ruhoza rw’impwemu nyeranda+, ryaguma rigwira. 1 Abatesalonika 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ubwa nyuma, bene wacu, turabasaba kandi tukabahimiriza biciye ku Mukama Yezu, nk’uko twababwirije ku vy’ukuntu mukwiye kugenda+ no guhimbara Imana, nk’uko mbere muriko muragenda, yuko mwoguma murushiriza rwose kubigira+.
9 Aka ni ko kahise ka Nowa. Nowa yari umuntu w’umugororotsi+. Yarerekana ko atagira amahinyu mu bo mu gihe ciwe. Nowa yagendana n’Imana y’ukuri+.
8 Yaraguhishuriye iciza ico ari co+, ewe muntu yakuwe mw’ivu! None hari ikindi Yehova agusaba atari ugukurikiza ubutungane+ no gukunda ubuntu+ no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+?
6 Bompi bari abagororotsi+ imbere y’Imana, kubera ko bagenda batagirako umugayo+ bisunze amabwirizwa yose+ n’ibisabwa+ n’amategeko vya Yehova+.
31 Maze koko ishengero+, i Yudaya n’i Galilaya n’i Samariya hose, rija mu kiringo c’amahoro, rirubakwa; kandi kubera ko ryagendera mu gutinya Yehova+ no mu ruhoza rw’impwemu nyeranda+, ryaguma rigwira.
4 Ubwa nyuma, bene wacu, turabasaba kandi tukabahimiriza biciye ku Mukama Yezu, nk’uko twababwirije ku vy’ukuntu mukwiye kugenda+ no guhimbara Imana, nk’uko mbere muriko muragenda, yuko mwoguma murushiriza rwose kubigira+.