Gucura intimba 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yuda yagiye mu bunyagano kubera amarushwa+ no kubera ubushumba bukomeye+.Yabwirijwe kuba mu mahanga+. Nta hantu ho kuruhukira yaronse.Abahora bamuhama bose bamuhambirije mu marushwa+. Ezekiyeli 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko batangura kugira ubumaraya mu Misiri+. Mu buto bwabo bakoze ubumaraya+. Aho ni ho amabere yabo yafyondewe+, kandi aho ni ho bagumbiririye ibikiriza vy’ubusugi bwabo. Hoseya 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Igihe Isirayeli yari agahungu naramukunda+, kandi nahamagaye umwana wanje ngo ave mu Misiri+.
3 Yuda yagiye mu bunyagano kubera amarushwa+ no kubera ubushumba bukomeye+.Yabwirijwe kuba mu mahanga+. Nta hantu ho kuruhukira yaronse.Abahora bamuhama bose bamuhambirije mu marushwa+.
3 Nuko batangura kugira ubumaraya mu Misiri+. Mu buto bwabo bakoze ubumaraya+. Aho ni ho amabere yabo yafyondewe+, kandi aho ni ho bagumbiririye ibikiriza vy’ubusugi bwabo.