Zaburi 118:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Waransunuye ngo ntembe+,Mugabo Yehova ubwiwe yarantabaye+. Zaburi 125:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko agakoni k’ubutware k’ububisha katazoguma+ ku mugabane w’abagororotsi,Kugira ngo abagororotsi ntibatume ukuboko kwabo ku bukozi bw’ikibi na bumwe+. Yohani 16:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ndababwiye ivyo bintu ngo biciye kuri jewe mugire amahoro+. Mw’isi muragira amakuba, mugabo nimugire umutima rugabo! Jewe naratsinze isi+.”
3 Kuko agakoni k’ubutware k’ububisha katazoguma+ ku mugabane w’abagororotsi,Kugira ngo abagororotsi ntibatume ukuboko kwabo ku bukozi bw’ikibi na bumwe+.
33 Ndababwiye ivyo bintu ngo biciye kuri jewe mugire amahoro+. Mw’isi muragira amakuba, mugabo nimugire umutima rugabo! Jewe naratsinze isi+.”