Yesaya 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ku murango ushobora kuzitira neza igitâra cawe, mu gitondo na ho ugashobora gutuma imbuto yawe inaga, mugabo iyimbura ntirizobura guhunga ku musi w’indwara n’ububabare budakira+. Hoseya 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ko baguma babiba umuyaga, bazoshwabura umuyaga w’ikirura+. Nta na kimwe camako intete+. Nta munago n’umwe utanga umwimbu w’ifu+. N’uworamuka uwutanze, ab’ahandi bazowumira miyonzwa+. Abagalatiya 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kuko uwubiba ku bw’umubiri wiwe azokwimbura ukubora mu mubiri wiwe+, ariko uwubiba ku bw’impwemu+ azokwimbura ubuzima budahera mu mpwemu+.
11 Ku murango ushobora kuzitira neza igitâra cawe, mu gitondo na ho ugashobora gutuma imbuto yawe inaga, mugabo iyimbura ntirizobura guhunga ku musi w’indwara n’ububabare budakira+.
7 “Ko baguma babiba umuyaga, bazoshwabura umuyaga w’ikirura+. Nta na kimwe camako intete+. Nta munago n’umwe utanga umwimbu w’ifu+. N’uworamuka uwutanze, ab’ahandi bazowumira miyonzwa+.
8 kuko uwubiba ku bw’umubiri wiwe azokwimbura ukubora mu mubiri wiwe+, ariko uwubiba ku bw’impwemu+ azokwimbura ubuzima budahera mu mpwemu+.