Zaburi 119:147 Bibiliya y’isi nshasha 147 Navyutse kare mu bucagucagu+, kugira ntabaze+.Narindiriye amajambo yawe+. Yesaya 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze asemerera nk’intambwe+ ati: “Ku munara w’inderetsi, ewe Yehova, ni ho nama mpagaze ku murango, kandi ku kirindiro canje ni ho nshibama amajoro yose+.
8 Maze asemerera nk’intambwe+ ati: “Ku munara w’inderetsi, ewe Yehova, ni ho nama mpagaze ku murango, kandi ku kirindiro canje ni ho nshibama amajoro yose+.