ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 29:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Narambara ubugororotsi, na bwo bukanyambika+.

      Ubutungane bwanje bwari bumeze nk’umwitero utagira amaboko, mbere nk’igitambara co mu mutwe.

  • Yesaya 61:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nzokwigina muri Yehova ata kabuza+. Umutima wanje uzonezerwa mu Mana yanje+. Kuko yanyambitse impuzu z’ubukiriro+; yantwikiriye umwitero utagira amaboko w’ubugororotsi+, nk’umukwe yambara icambarwa co mu mutwe+ kumwe kw’abaherezi, kandi nk’umugeni yishariza n’udusharizo twiwe+.

  • Zakariya 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nca mvuga nti: “Nibamushire ku mutwe igitambara gisukuye+.” Nuko bamushira ku mutwe igitambara gisukuye bongera bamwambika impuzu; kandi nya mumarayika wa Yehova yari ahagaze ng’aho.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika