ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama.

  • Zaburi 7:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Yimvye icobo, aracimburura+;

      Ariko azogwa mu kinogo yimvye+.

  • Zaburi 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Amahanga yarokeye mu cobo yimvye+;

      Urusenga+ yanyegeje, ni rwo ikirenge cayo cafatiwemwo+.

  • Zaburi 35:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Agatikizo nikamuzeko atabizi+,

      Urusenga rwiwe yanyegeje rumucakire+;

      Narurwemwo, atikire+.

  • Zaburi 37:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Inkota yabo izobinjira mu mutima+,

      Imiheto yabo na yo ivunagurwe+.

  • Zaburi 57:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Bateguriye urusenga intambuko zanje+;

      Umutima wanje wajondamye+.

      Bimvye icobo c’umutego imbere yanje;

      Baguye hagati muri co+. Sela.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika