ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 24:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Maze abantu ba Dawidi batangura kumubwira bati: “Ng’uyu wa musi, aho Yehova akubwira koko ati: ‘Ehe ntanze umwansi wawe mu kuboko kwawe+, umugirire nk’uko ubona ko ari vyiza mu maso yawe+.’” Maze Dawidi arahaguruka, agegena buhorobuhoro igice co hepfo c’umwitero utagira amaboko wa Sauli.

  • Zaburi 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Amahanga yarokeye mu cobo yimvye+;

      Urusenga+ yanyegeje, ni rwo ikirenge cayo cafatiwemwo+.

  • Zaburi 141:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ababisha bazogwa bose hamwe mu nsenga zabo+,

      Nayo jewe nirenganire.

  • Imigani 26:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Uwimba icobo azogwa muri co+, kandi uwutembagaza ibuye, rizomugarukako+.

  • Imigani 28:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Uwuzimiza abagororotse ngo baje+ mu nzira mbi ubwiwe azogwa mu cobo ciwe+, mugabo abatagira amahinyu bazokwigabira ivyiza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika