2 Ngoma 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko abaganwa bose+ n’abantu bose batangura kunezerwa+, baguma barizana bariterera muri nya sandugu+ gushika bose batanze. Zaburi 40:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+. Zaburi 119:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nzoguhaya mu kugororoka kw’umutima+,Igihe niga ingingo zawe z’ubutungane zigororotse+.
10 Nuko abaganwa bose+ n’abantu bose batangura kunezerwa+, baguma barizana bariterera muri nya sandugu+ gushika bose batanze.
8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+.