ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 112:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 112 Shemeze Ya+!

      א [ʼAlefu]

      Hahiriwe umuntu atinya Yehova+,

      ב [Beti]

      Yahimbawe cane+ n’amabwirizwa yiwe+.

  • Zaburi 148:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi azoshira hejuru ihembe ry’abantu biwe+,

      Ishemezo ry’intahemuka ziwe zose+,

      Rya bene Isirayeli, abantu bari hafi yiwe+.

      Shemeze Ya+!

  • Ivyahishuwe 19:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze buno nyene bavuga irigira kabiri bati: “Shemeze Ya+! Kandi umwotsi uva kuri we ubandanya kuduga ibihe bitazoshira+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika