Zaburi 40:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo jewe ndi umurushwa n’umworo+.Yehova ubwiwe aranyitaho+.Uri umufasha wanje ukaba n’uwunkiza+.Ewe Mana yanje, ntutebe birenze+. Zaburi 70:1 Bibiliya y’isi nshasha 70 Ewe Mana, nyaragasa undokore+,Ewe Yehova, nyaragasa untabare+. Luka 18:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ndabibabwiye: Izotuma batunganirizwa ningoga+. Yamara none, Umwana w’umuntu niyashika, azosanga vy’ukuri ukwizera* kw’isi?”
17 Mugabo jewe ndi umurushwa n’umworo+.Yehova ubwiwe aranyitaho+.Uri umufasha wanje ukaba n’uwunkiza+.Ewe Mana yanje, ntutebe birenze+.
8 Ndabibabwiye: Izotuma batunganirizwa ningoga+. Yamara none, Umwana w’umuntu niyashika, azosanga vy’ukuri ukwizera* kw’isi?”