Imigani 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uwusuzuguye ijambo+, bazofata iwe ingwati y’uwufise umwenda; mugabo uwutinya ibwirizwa ni we azohabwa impembo+. Imigani 15:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uwuzibukira indero+ wese aba ahevye ubuzima bwiwe, mugabo uwumviriza igikangīro aba ariko yironsa umutima w’ubukerebutsi+.
13 Uwusuzuguye ijambo+, bazofata iwe ingwati y’uwufise umwenda; mugabo uwutinya ibwirizwa ni we azohabwa impembo+.
32 Uwuzibukira indero+ wese aba ahevye ubuzima bwiwe, mugabo uwumviriza igikangīro aba ariko yironsa umutima w’ubukerebutsi+.