Zaburi 50:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Erega wewe, waranse indero+,Kandi uguma uterera amajambo yanje inyuma yawe+. Imigani 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi ntuzobura kuvuga ngo: “Ese ingene nanse indero+, n’umutima wanje ukagaya igikangiro+! Imigani 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uwufata minenegwe indero aja mu bworo no mu gateterwe+, mugabo uwugumya igikangiro ni we aninahazwa+. Abaheburayo 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Murabe ntimwanke kwumviriza uwuriko aravuga+. Kuko nimba batarusimvye, bamwe banse kwumviriza umwe yavugira kw’isi imburi iva ku Mana+, hari akantu twebwe nitwaha umugongo umwe avugira mw’ijuru+.
18 Uwufata minenegwe indero aja mu bworo no mu gateterwe+, mugabo uwugumya igikangiro ni we aninahazwa+.
25 Murabe ntimwanke kwumviriza uwuriko aravuga+. Kuko nimba batarusimvye, bamwe banse kwumviriza umwe yavugira kw’isi imburi iva ku Mana+, hari akantu twebwe nitwaha umugongo umwe avugira mw’ijuru+.