Guharura 30:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu gihe umugabo agize indagano+ kuri Yehova canke arahiye indahiro+ kugira yibohereko indagano y’ukwiyima+, ntaze arenge kw’ijambo ryiwe+. Nk’uko ivyasohotse mu kanwa kiwe vyose biri ni ko azokora+. Umusiguzi 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntiwemerere akanwa kawe gucumuza umubiri wawe+, eka ntunavuge imbere y’umumarayika+ yuko kwari ukwihenda+. Kubera iki Imana y’ukuri yorakara kubera ijwi ryawe, ikabwirizwa gusambura igikorwa c’amaboko yawe+? Matayo 5:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’
2 Mu gihe umugabo agize indagano+ kuri Yehova canke arahiye indahiro+ kugira yibohereko indagano y’ukwiyima+, ntaze arenge kw’ijambo ryiwe+. Nk’uko ivyasohotse mu kanwa kiwe vyose biri ni ko azokora+.
6 Ntiwemerere akanwa kawe gucumuza umubiri wawe+, eka ntunavuge imbere y’umumarayika+ yuko kwari ukwihenda+. Kubera iki Imana y’ukuri yorakara kubera ijwi ryawe, ikabwirizwa gusambura igikorwa c’amaboko yawe+?
33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’