Umusiguzi 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo umubisha ntibizomugendera neza na gato+, eka nta n’ubwo azorehura imisi yiwe imeze nk’igitutu+, kuko adatinya Imana+. Umusiguzi 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ibi ni vyo birimwo ivyago mu vyakozwe munsi y’izuba vyose: kubera ko hari iherezo rimwe kuri bose+, umutima w’abana b’abantu wuzuye ibibi+; kandi hari ubusazi+ mu mutima wabo mu buzima bwabo bwose, inyuma yaho na ho—ni uguhamvya abapfuye+! Abanyefeso 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu*+ vy’iyi si, mwisunga umutware+ w’ububasha bw’ikirere, ya mpwemu+ ubu ikorera mu bana b’ubugambarazi+.
13 Mugabo umubisha ntibizomugendera neza na gato+, eka nta n’ubwo azorehura imisi yiwe imeze nk’igitutu+, kuko adatinya Imana+.
3 Ibi ni vyo birimwo ivyago mu vyakozwe munsi y’izuba vyose: kubera ko hari iherezo rimwe kuri bose+, umutima w’abana b’abantu wuzuye ibibi+; kandi hari ubusazi+ mu mutima wabo mu buzima bwabo bwose, inyuma yaho na ho—ni uguhamvya abapfuye+!
2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu*+ vy’iyi si, mwisunga umutware+ w’ububasha bw’ikirere, ya mpwemu+ ubu ikorera mu bana b’ubugambarazi+.