ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 37:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Itegereze uwutagirako umugayo, ugume uraba uwugororotse+,

      Kuko kazoza k’uyo muntu kazorangwa n’amahoro+.

  • Imigani 16:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Inzira y’ikirari y’abagororotse ni ugukevya ngo ntibagwe mu bibi+. Uwuzigama inzira yiwe aba agumije ubuzima bwiwe+.

  • Daniyeli 12:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Benshi bazokwihumanura+, biyeze+, batyororwe+. Ababisha bazokorana ububisha koko+, kandi nta mubisha n’umwe azotegera+; ariko abafise ugutahura kwimbitse bazotegera+.

  • 1 Petero 1:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika