Imigani 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umugororotsi aratabarwa mu marushwa+, umubisha na we akaza akamusubirira mu kibanza+. Yesaya 43:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kubera wabaye uw’agaciro mu maso yanje+, wabonywe nk’uwuteye iteka, kandi jewe naragukunze+. Kandi nzotanga abantu mu kibanza cawe, n’imiryango y’amahanga mu kibanza cawe+.
4 Kubera wabaye uw’agaciro mu maso yanje+, wabonywe nk’uwuteye iteka, kandi jewe naragukunze+. Kandi nzotanga abantu mu kibanza cawe, n’imiryango y’amahanga mu kibanza cawe+.