ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 izo nzandiko zikaba zavuga yuko umwami yemereye Abayuda bari mu bisagara vyose bitandukanye gukorana+ bakirwanira, no kuzimanganya, kwica, kurandura inteko zose z’abantu+ be n’intara y’ubutware vyabanka, abana batoyi n’abagore, no gusahura ibintu vyabo+,

  • Imigani 10:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ico abagororotsi biteze ni umunezero+, ariko icizigiro c’ababisha kizozimangana+.

  • Daniyeli 3:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Abakuru b’intara, abatware na ba buramatari be n’abategetsi bakurubakuru+ b’umwami bari bakoranijwe, baritegereza nya bagabo, babona ko ata bubasha nya muriro wari wagize ku mibiri yabo+, kandi ko ata n’agashatsi ko ku mutwe wabo+ kari kababutse, ko mbere n’imitamana yabo itari yahindutse, be n’uko ata n’akamoto k’umuriro kari kabagiyeko.

  • Daniyeli 6:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Maze umwami arahimbarwa cane+, aca ategeka ko Daniyeli aduzwa agakurwa muri ico cobo. Daniyeli araduzwa akurwa muri ico cobo, kandi basanga nta na kimwe yabaye, kuko yari yizigiye Imana yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika