Esiteri 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Harubona+, umwe mu bakozi bo ku kirimba+ b’imbere y’umwami, aca avuga ati: “Mbere hariho igiti+ Hamani yateguriye Morudekayi, uwari yaravuze iciza ku vyerekeye umwami+, kikaba gihagaze mu nzu ya Hamani: kireha n’amatambwe* mirongo itanu.” Umwami aca avuga ati: “Nimukimumanikeko+.” Imigani 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umubisha abera incungu umugororotsi+; kandi uwuhemuka afata ikibanza c’abagororotse+. Daniyeli 6:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko umwami atanga itegeko, bazana ba bagabo bari bareze Daniyeli+, batererwa muri nya cobo c’intambwe+, n’abana babo n’abagore babo+; bataranashika hasi muri nya cobo, intambwe zari zamaze kubifatira, zijanjagura n’amagufa yabo yose+.
9 Harubona+, umwe mu bakozi bo ku kirimba+ b’imbere y’umwami, aca avuga ati: “Mbere hariho igiti+ Hamani yateguriye Morudekayi, uwari yaravuze iciza ku vyerekeye umwami+, kikaba gihagaze mu nzu ya Hamani: kireha n’amatambwe* mirongo itanu.” Umwami aca avuga ati: “Nimukimumanikeko+.”
24 Nuko umwami atanga itegeko, bazana ba bagabo bari bareze Daniyeli+, batererwa muri nya cobo c’intambwe+, n’abana babo n’abagore babo+; bataranashika hasi muri nya cobo, intambwe zari zamaze kubifatira, zijanjagura n’amagufa yabo yose+.