Imigani 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uwukosora umushinyaguzi aba yikwegeye agateterwe+, kandi uwukangira umuntu w’umubisha, agira agahonzi+. Imigani 26:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntukishure ikijuju nk’uko ubupfu bwaco buri, kugira nawe ubwawe ntube nka co+. Yesaya 36:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Baguma bacereje, ntihagira ijambo bamwishura+, kuko umwami yari yategetse ati: “Ntimumwishure+.” Ivyakozwe 13:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Nuko rero, Paulo na Barunaba bavugana ubutinyutsi bati: “Vyari nkenerwa ko ijambo ry’Imana ribanza kubwirwa mwebwe+. Ko murishiburiye kure+ yanyu ntimubone ko mubereye ubuzima budahera, ehe duhindukiriye amahanga+.
7 Uwukosora umushinyaguzi aba yikwegeye agateterwe+, kandi uwukangira umuntu w’umubisha, agira agahonzi+.
46 Nuko rero, Paulo na Barunaba bavugana ubutinyutsi bati: “Vyari nkenerwa ko ijambo ry’Imana ribanza kubwirwa mwebwe+. Ko murishiburiye kure+ yanyu ntimubone ko mubereye ubuzima budahera, ehe duhindukiriye amahanga+.